Guverinoma ya Kinshasa yahakanye ibirego ishinjwa na Human Rights Watch.
Yanditswe na: Bruce Bahanda, tariki 24/08/2023, saa 2:20pm, kumasaha ya Bukavu na Minembwe.
Kumunsi w’ejo hashize tariki 23/08/2023, leta ya Republika ya Democrasi ya Congo, yahakanye ibirego yarezwe n’ishirahanwe rya Human Rights Watch, ni birego byavugaga ko Kinshasa ihohotera Abantu muriki gihugu ca RDC cane cane kubatavuga rumwe nayo!
Mw’itangazo ryashizwe ahagaragara riva muri Minisiteri y’itumanahoho nuko ubutegetsi bwa Republika ya Democrasi ya Congo, bwahakanye bw’ivuyinyuma ibirego bya HRW, iritangazo rya leta ya Kinshasa ryashizwe ho umukono n’umuvugizi wa Leta ya Congo bwana Patrick Muyaya.
Human Rights Watch, yashinjaga “Guverinoma ya Congo, guhonyanga agateka kazina Muntu.”
Guverinoma ya kinshasa yagize iti: “Guverinoma yacu iha agaciro uburenganzira bw’Amuntu ndetse akarusho ikaba iha agaciro ibitekerezo byaburi munyapolitike, murwego rwogusigasira Democrasi.”
Muyaya yonge kandi guhakana ko leta yabo “idafunga inzira karengane,” kwahubwo iyi leta iha buriwese uburenganzira bwo gukora ico y’umva .
Yakomeje yisigura ko leta yabo hariho bimwe yagiye ihagarika byashoboraga guhungabanya umutekano rusange kubw’umutekano n’ineza yabanyagihugu
Yongeye avugako ibyemezo byagiye bifatirwa abantu runaka byafashwe kumpamvu ko bifitiwe ibyemezo byozuye ndetse n’ibimenyetso bigaragara.
Mugusoza guverinoma yavuzeko igikorwa cose gifite ico gisabisha kigomba gukorwa mu muco kandi rwose kiremerewe ariko kibe cubahirije amategeko kandi kidahungabanya umutekano wabaturage.
Yasoje avugako igikorwa cyamatora kizagendaneza kandi buri muntu akazitorera umuyobozi ashaka.