
Umuvugizi wa Sentare Ntahinyuzwa Agnès Bagiricenge, yatangaje ibyaha Gen Guillaume Alain Bunyoni, aregwa na leta y’Uburundi.
Yanditswe na Bruce Bahanda, none tariki 2:40 PM, kumasaha ya Bujumbura n’a Minembwe.
Kuruyu wambere tariki 24.04.2023, i Bujumbura, umuvugizi wa Sentare Ntahinyuzwa Agnès Bagiricenge, yakoze ikiganiro kirambuye nab’anyamakuru i Bujumbura barimo nabakorera Terevision y’igihugu cabo (Rtnb). Muriki kiganiro c’abavugizi b’inzego cabereye ahitwa mu Cibitoke ho muri Bujumbura, Agnès Bangiricenge yamenyesheje ko Bunyoni apfungiwe muri Prison Y’iperereza kandi ko akurikiranwa ku byaha bitatu :
- Icaha co kugerageza guhungabanya umutekano w’igihugu (atteinte à la sûreté intérieure de l’Etat)
- Icaha co kugerageza guhungabanya ubutunzi bw’igihugu
- Icaha co gukoresha nabi amabanga ujejwe urondera kwiha inyungu zawe bwite kandi utarekuriwe. Bonyoni, yahoze ari Minisitiri w’intebe, murico gihugu, ayamabanga yayakuweho umwaka wa 2022, nimugihe yarimo yagirizwa gushaka guhirika President Evalist Ndayishimiye w’Uburundi.
Kuva kuruyu wa gatatu icumweru gishize tariki 19.04.2023, nibwo Inzego zishinzwe umutekano m’Uburundi zatangiye kwiruka kuri Gen Guillaume Bunyoni. Aho hanakomeje guhwihwiswa amakuru ko Bonyoni yaba yahunze Igihugu akaja muri Tanzania. Bunyoni yaje nogufatwa kurubu akaba ari mumaboko yabashinzwe Iperereza.




