Ishirahamwe rya HBM( Haki zaki binadamu), ryamenyeshejeko mu Ntara ya Manyema kw’iyamamaza ko byaba byaratangiye gukorwa rw’ishishwa aho abari kw’iyamamaza ba bikora ba bicishije kuma Radio ndetse nokumbuga nkoranya mbaga (Social media).
Biciye mw’ijwi ry’umwanditsi Mukuru wari riya shirahamwe bwana Raphaël Opelele Lokenga, yavuzeko ibijanye nokubahiriza Calendar, y’amatora bitarimo kubahirizwa mu Ntara ya Manyema, yongeye kuvugako abayobozi bashinzwe itumanaho m’urwego rw’i Ntara naza Radio, Television, CSAC ndetse n’ubuyobozi bwa CENI k’urwego rw’i Ntara ya Manyema ko badahana abarigukora ibyo byaha .
Kugirango ico kibazo gitorerwe umuti n’uko guverineri kushinzwe kureba gutunganya ndetse noguhagararira perezida k’urwego rw’i Ntara ya Manyema kugirango abashe guhana uzaba ufatiwe mucuho kugirango Calendar y’amatora ndetse n’itegeko rigenga amatora ry’ubahwe.
Calendar, y’amatora muri RDC irateganyako abashaka kw’iyamamaza kubu depite bw’i Ntara ndetse no k’urwego rw’igihugu bizatangira kw’itariki 18/11/2023.
By Bruce Bahanda.