Joyeuse Ngirabakuzi, w'imyaka 15 na Mignone Mutoni, w'imyaka 3, bongeye kugaruka mubabyeyi babo nyuma y'iminsi itatu...
Kubera igitero ca Hamas, co kw'itariki 07/10/2023, ngo gishobora gutuma habaho Intambara ya Gatatu y'Isi? Craig...
Ibiro bya Meya w'u Mujyi wa Goma, byamaganiye kure imyigaragambyo irimo gutegurwa na Wazalendo . N'imyigaragambyo...
Umubare wa bantu baguye m'ubwato, kuri uyu wa Kabiri, tariki 17/10/2023, ni ubwato bwarohamye hafi y'umuhana...
Aka Nama k’Umuryango wa L'ONI, gashinzwe Umutekano kw'Isi, kasabye ko hoba ibiganiro hagati ya Repubulika ya...
Umusirikare mukuru mungabo za Republika ya Demokarasi ya Congo ( FARDC), Lt General Christian Tshiwewe Songesa,...
Abasirikare ba biri(2) bo mungabo za Afrika y'iburasizuba (EACRF) bari mu mubutumwa bw'amahoro, M'uburasirazuba bwa RDC,...
Mu mirwano ikomeje guhuza umutwe wa M23 n'ihuriro ry'imitwe y'itwaje imbunda ishigikiwe n'ingabo za FARDC, M'uburasirazuba...
Ubuyobozi bwa M23 burashinja Ingabo za Repubulika ya Demokarasi ya Congo(FARDC), n'ihuriro ry'imitwe bakorana harimo n’abacancuro...
U Mujyi wa Kitchanga, ukomeje kuba isibaniro ry'intambara nimugihe ihuriro ry'imitwe y'itwaje imbunda ishigikiwe na Leta...
MINEMBWE DUTANGAZA AMAKURU ATOHOJE KANDI YIZEWE Y'I MULENGE NO MU KARERE, NDETSE NO KU ISI HOSE.
© 2025 minembwe
© 2025 minembwe