Haravugwa uruja n'uruza rw'abaturage bo m'ubwoko bwa Bapfulero, Ababembe na Banyindu, bakomeje guhunga intambara z'abana babo...
Kuri uyu wa Gatatu, tariki 04/10/2023, hongeye kubura imirwano hagati ya M23 n'imitwe ishigikiwe na Guverinoma...
I Lundu, mu Minembwe, Umunyamulenge Byishimo, yishwe atemaguwe n'ingabo za Republika ya Demokarasi ya Congo (FARDC)....
Umusirikare wa FARDC umwe(1) niwe umaze kumenyekana ko yapfuye abandi bane(4) bakaba bakomeretse nimugitero cagabwe n'inyeshamba...
Uwahoze ari perezida wa Tanzania, Jakaya Kikwete, kuri uyu wa Kabiri, yageze muri Republika ya Demokarasi...
Urubyuruko rw'Abanyekongo bagera mubihumbi mirongwine(40) binjiye mugisirikare ca Republika ya demokorasi ya Congo kugira ngo bafashe...
Amaduka yiriwe akinzwe mu Mujyi wa Komine Minembwe. Nk'uko iyi nkuru tuyikesha abaturiye ibyo bice bigize...
Topic: lmirimo yachu Itume abantu bahimbaza lmana. Mt 5:13-16“Muri umunyu w'isi. Mbese umunyu nukayuka uzaryoshywa n'iki?...
Abasirikare ba Repubulika ya demokarasi ya Congo n'abo mu muryango wa b'ibumbye bafite misiyo y’amahoro y’Umuryango...
Umudepite mu nteko ishinga amategeko ya Repubulika ya demukarasi ya Congo (RDC), Juvénal Munubo, yagejeje ikibazo...
MINEMBWE DUTANGAZA AMAKURU ATOHOJE KANDI YIZEWE Y'I MULENGE NO MU KARERE, NDETSE NO KU ISI HOSE.
© 2025 minembwe
© 2025 minembwe