Kuri izi saha z'igicamunsi cokuri uyu wa Mungu(Ku Cyumweru), tariki 15/10/2023, intambara iri guhuza M23 n'ihuriro...
Habyukiye urugamba kuri uyu wo ku Cyumweru, tariki 15/10/2023. N'imirwano byavuzwe ko ikaze, ikaba irimo guhuza...
Gen Marcel Mbangu, muri Minembwe yasabye abaturage gufatanya n'ingabo za RDC. Uyu Muyobozi ugenzura zone ya...
Biravugwa ko habaye intambara iremereye yahujije inyeshamba za M23 n'ingabo za Republika ya Demokarasi ya Congo...
Amayeri Mashya ya Guverinoma ya Kinshasa mukuyobya aba kongo-mani. Ubu n'ubusesenguzi bwakozwe n'umusesenguzi w'umunyamulenge, Zachee Byinshi...
Umwanya uwariwo wose igisirikare ca Israel( IDF), gishobora gukora ibitero byo hasi k'ubutaka muri Gaza, nimugihe...
Mu Muhana wa Molota uherereye muri Groupemant ya Baombo muri teritware ya Kabambare, abaturage bongeye guhunga...
Kuri uyu wa Gatanu, tariki 13 z'ukwezi kwa Cumi (10), 2023, umuyobozi wa Sosiyete Sivile mu...
Ku Bwegera homuri Cheferie ya Plaine Dela Ruzizi, muri teritware ya Uvira, mu Ntara ya Kivu...
Abasirikare ba Republika ya Demokarasi ya Congo (FARDC), mu Minembwe bongeye gukanga abaturage b'i Lundu barahunga...
MINEMBWE DUTANGAZA AMAKURU ATOHOJE KANDI YIZEWE Y'I MULENGE NO MU KARERE, NDETSE NO KU ISI HOSE.
© 2025 minembwe
© 2025 minembwe