Byavuzwe ko Ingabo za FARDC n'abambari babo barimo FDLR , Nyatura na bacanshuro ko bategewe ambushe...
Komanda Region ya 34 y'igisirikare ca republika ya Demokarasi ya Congo (FARDC), Major Gen Bruno Mpezo...
Intambara y'umvikanyemo imbunda ziremereye n'intoya yarimo ihanganisha igisirikare ca Republika ya Demokarasi ya Congo (FARDC) n'umutwe...
Imbunda icumi n'azibiri (12) zomubwoko bwa AK-47 zaraye zibwe mw'ikambi yabapolisi ba Republika ya Demokarasi ya...
Nyuma y’imirwano ikomeye yabereye mubice biri mubirometre bibiri(2km) n'umuhana wa Bwiza homuri teritwari ya Masisi, mu...
Mu mirwano ikomeje kubereye mu Bwiza homuri teritwari ya Masisi, mu Ntara ya Kivu y'Amajyaruguru, mugihugu...
Leta ya Republika ya Demokarasi ya Congo kuri uyu wa Kabiri tariki 10/10/2023, batangaje ko ingabo...
Imirwano ikaze yongeye kubura muriki Gitondo canone kuwa Gatatu tariki 11/10/2023. N'imirwano byavuzwe ko irimo guhanganisha...
Imyaka i Cumi nine(14) irarangiye, umusirikare w'ingenzi utazibagirana m'ubwoko bw'Anyamulenge Major Robert Kagigi Musabwa atabarutse. Uyu...
Kuri uyu wa Kabiri tariki 10/10/2023, umuyobozi mukuru wa Wazalendo Ephraim Bisimwa, yakatiwe igifungo ca Burundu....
MINEMBWE DUTANGAZA AMAKURU ATOHOJE KANDI YIZEWE Y'I MULENGE NO MU KARERE, NDETSE NO KU ISI HOSE.
© 2025 minembwe
© 2025 minembwe