Mu mirwano ikomeje kubereye mu Bwiza homuri teritwari ya Masisi, mu Ntara ya Kivu y'Amajyaruguru, mugihugu ca Republika ya Demokarasi...
Leta ya Republika ya Demokarasi ya Congo kuri uyu wa Kabiri tariki 10/10/2023, batangaje ko ingabo z'u muryango wa EAC...
Imirwano ikaze yongeye kubura muriki Gitondo canone kuwa Gatatu tariki 11/10/2023. N'imirwano byavuzwe ko irimo guhanganisha M23 n'ihuriro ry'imitwe myinshi...
Imyaka i Cumi nine(14) irarangiye, umusirikare w'ingenzi utazibagirana m'ubwoko bw'Anyamulenge Major Robert Kagigi Musabwa atabarutse. Uyu musirikare azwiho ubutwari bukaze...
Kuri uyu wa Kabiri tariki 10/10/2023, umuyobozi mukuru wa Wazalendo Ephraim Bisimwa, yakatiwe igifungo ca Burundu. Aya makuru avugwako uyu...
Kuri uyu wa Kabiri tariki 10/10/2023, imirwano hagati ya M23 n'imitwe ishigikiwe na Guverinoma ya Kinshasa yongeye kubura ahagana igihe...
Mugihe byaribisanzwe bizwi ko hibwa i Modoka cangwa Inka kuri ubu hibwe "i Kanisa." Ibi n'ibyabereye mugihugu c'u Burundi, munkambi...
Mw'ijoro ryo kw'itariki 09/10/2023, Minisitiri w’intebe wa Israel, Benjamin Netanyahu, yatangarije umutwe wa Hamas ko igisirikare ce kigiye gukoresha uburyo...
Umusore urimukigero c'imyaka 20 yishwe n'amazi y'ikiyaga cya Kivu. Amakuru Minembwe Capital News, yahawe nuko umurambo w'uyu Mugabo watoraguwe mugace...
Intumwa y'umuryango wa L'ONI muri RDC Bintou Keita, yamaganye ibikorwa bya Wazalendo, M'uburasirazuba bwa Republika ya Demokarasi ya Congo. Nimugihe...
MINEMBWE DUTANGAZA AMAKURU ATOHOJE KANDI YIZEWE Y'I MULENGE NO MU KARERE, NDETSE NO KU ISI HOSE.
© 2026 Minembwe Media.