Imikino Mumakuru.

Yanditswe na Chris Muhizi MCN 12:50pm kumasaha ya Kampala Uganda.
Amakuru yumupira agera kuri Minembwe Capital News nuko muri shampiyona y’Ubwongereza inzwi nka English premier league ikipe zine zibanza zitwa “ big four” zamaze kuja ahagaragara.
Ikipe ya Manchester city iyobowe nuwitwa Pepe Guardiora yaje ku mwanya wa mbere ikaba arinayo yegukanye igikombe cyiyi shampiyona.ikaba ijanye ibikombe bikurikiraba bya English premier league.
Kumwanya wakabiri haje ikipe ya Arsenal yaritezweho cane kuzaza kumwanya wambere nkuko byari bimeze kurutonde ifite amahirwe menshi ariko Pepe Guardiora ntiyabemereye. Arsenal ikaba yaraje kubabara cane niri tsindwa nimugihe bari bamaze imyaka myinshi batagera kumwanya wambere muri English premier league.
Kumwanya wa gatatu haje ikipe ya Manchester United Newcastle ikaza kumwanya wa kane.
Nimugihe buruko shampiyona irangiye habaho guha umwihariko ikipe zine zitwaye neza zikazana namanota meza muriri hatanwa.
IMIKINO.
Ikipe ya Manchester United izakina champions league (Ishyirahamwe ry’umupira w’Uburayi) season itaha .
Nanone tukiri muri Manchester United umukinnyi akaba na rutahizamu wayo uzwi nka Marcus Rashford muriyi season ishize yatsindiye iyi kipe ibitego 30 akaba yaragize igihembwe ciza kidasanzwe ndetse ashimira numutozo we wamugiriye ico cizere uzwi nka Erik Ten Hag.
Ikipe ya Liverpool nayo ikazakinira muri shampiyona inzwi nka “ Europa League “.