Santire zibiri z’amatora ziherereye mu Rurambo, muri teritware ya Uvira, mu Ntara ya Kivu y’Amajy’epfo, mu Gihugu ca Republika ya Demokarasi ya Congo, zatoye Moïse Katumbi Chapwe, ijana kw’ijana.
Rurambo, yarifite santire zibiri z’amatora iya EP Mugono na Ep Bijojwe. Bya vuzwe ko abatoye muri ibi bice bari abantu ba barirwa mu magana atanu(500). Ahanini harimo Abanyamulenge.
Gutora muri ibi bice byatangiye k’umunsi w’ejo ahagana isaha z’umugoroba zokuri uy’u wa Gatatu, tariki 20/12/2023, n’ubwo habaye ubukererwe ariko Amatora yaho yaranzwe n’ituze.
Kuri uyu wa Kane, tariki 21/12/2023, abatari ba bashe gutora kumunsi w’ejo hashize, batoye igihe c’isaha z’igitondo cyakare. Nyuma yogutora habaye kubara amajwi. Nk’uko bwana Rukara amaze kubitubwira n’uko k’u mwanya w’umukuru w’igihugu, Katumbi Moïse, yatowe ijana kw’ijana (100%).
Naho k’umwanya w’u budepite, m’urwego rw’Intara, hatowe Gasore, k’umwanya w’u budepite k’urwego rw’i Gihugu, hatowe Minisitiri Alexis Muvunyi Gisaro, nawe yatowe ijana kw’ijana (100%).
Ibimaze kubarirwa kuri site zibiri za Rurambo, ubu bikaba byoherejwe kw’i zone i b’Uvira.