Muri teritware ya Rutshuru havuzwe imirwano ikomeye hagati y’inyeshamba za M23 n’imitwe yitwaje intwaro ishigikiwe n’a Guverinema ya Kinshasa.
Hongeye kuba imirwano ikomeye hagati ya M23 n'ihuriro ry'imitwe y'inyeshamba ishigikiwe n'a Guverinema ya Kinshasa, muri teritware ya Rutshuru ho ...