Inyeshamba ivuga ururimi rw’ikirundi ikorana na Maï Maï iyobowe na Gen Hamuri Yakutumba, yafashwe mpiri n’Abaturage b’Irwanaho mu Misozi miremire y’Imulenge.
Kuri uyu wa Gatanu, tariki 24/11/2023, Inyeshamba y'u murundi ikorana na Maï Maï, iyobowe n'u wiyita ...
Read moreDetails