Imirwano ikomeye yongeye kubura uyu munsi kuwa Kabiri. N’imirwano yahuzaga M23 n’imitwe ishigikiwe na Leta ya Kinshasa.
Hongeye kubura imirwano ni mirwano ihuza Inyeshamba zo mu mutwe wa M23 n'imitwe y'inyeshamba ishigikiwe na Leta ya Kinshasa, irimo ...