Mubiganiro bikomeje guhuza Perezida Félix Tshisekedi, wa Republika ya Demokarasi ya Congo na Jakaya Kikwete wigezeho...
Kumurwa mukuru w'igihugu ca Ethiopia, i Addis Ababa, hategerejwe i Nama izahuza a Bakuru b’Ingabo bahagarariye...
Hongeye kuvugwa irinditsinda rya Mai Mai ryasubiranyemo mu Ntara ya Manyema. Mai Mai Malaïka iyobowe n'uwitwa...
Abasirikare bo mwitsinda rya Bakomanda bashinzwe kurinda umukuru w'igihugu muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo(GR) byemejwe...
Umushumba Mukuru Abraham Ngalais, (Represent légal) w'itorero rya Louange, muri republika ya Demokarasi ya Congo (RDC),...
Haravugwa uruja n'uruza rw'abaturage bo m'ubwoko bwa Bapfulero, Ababembe na Banyindu, bakomeje guhunga intambara z'abana babo...
Kuri uyu wa Gatatu, tariki 04/10/2023, hongeye kubura imirwano hagati ya M23 n'imitwe ishigikiwe na Guverinoma...
I Lundu, mu Minembwe, Umunyamulenge Byishimo, yishwe atemaguwe n'ingabo za Republika ya Demokarasi ya Congo (FARDC)....
Umusirikare wa FARDC umwe(1) niwe umaze kumenyekana ko yapfuye abandi bane(4) bakaba bakomeretse nimugitero cagabwe n'inyeshamba...
Uwahoze ari perezida wa Tanzania, Jakaya Kikwete, kuri uyu wa Kabiri, yageze muri Republika ya Demokarasi...
MINEMBWE DUTANGAZA AMAKURU ATOHOJE KANDI YIZEWE Y'I MULENGE NO MU KARERE, NDETSE NO KU ISI HOSE.
© 2025 minembwe
© 2025 minembwe