Abarimo Moïse Katumbi, bamaganye imbaraga za koreshejwe n’ubutegetsi bwa Kinshasa, mu guhagarika imyigaragambyo.
K'u munsi w'ejo hashize, tariki 27/12/2023, i Kinshasa, k'umurwa mukuru w'i Gihugu ca Repubulika ya Demokarasi ya Congo, habaye imyigaragambyo ...