Umukuru w’igihugu ca RDC, Félix Tshisekedi, yasabye L’ONI ko umugambi wokuvana Monusco muri RDC wihutishwa.
Umukuru w'igihugu ca Republika ya Demokarasi ya Congo, Félix Tshisekedi, yasabye ko umugambi wo kuvana abasirikare b'umuryango wa b'ibumbye ku ...