Umubiri wa kandida, Richa Sadiki, wishwe n’abo bikekwa kwari Wazalendo,washinguwe Uvira.
Umubiri, wu wiyamamariza k'umwanya w'u budepite, Sadiki Espoir Ndabuye, washinguwe k'umunsi w'ejo hashize, tariki 26/12/2023, i b'Uvira. Kandida Ndabuye Espoir ...