Perezida Joe Biden, yashimiye umukuru w’igihugu ca Angola, kuruhare yagize rwo kugarukana amahoro mu Burasirazuba bwa RDC.
Umukuru w'igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Joe Biden, yashimiye perezida João Lorenço wa Angola kuba ngo yaragize uruhare ...