I Nama nkuru y’Ishaka UDPS, yongeye gutora Perezida Félix Tshisekedi kuyobora iri Shaka muyindi myaka itanu.
Ishaka riri kubutegetsi muri RDC rya UDPS, ryongeye gutora Perezida Félix Tshisekedi kuba umuyobozi w'irishaka muyindi Manda y'imyaka itanu(5). Kuruyu ...