Umukuru w’igihugu c’u Bufaransa, yashimiye umuhungu muto, Gabriel Attal, wabaye minisitiri w’intebe mu gihugu cye.
Umuhungu muto Gabriel Attal, w'imyaka 34 y'amavuko, yagizwe minisitiri w'intebe mu gihugu c'u Bufaransa. Ni kuri uyu wa Kabiri, tariki ...