Kiziya Katolika yanenze ibyavuye mu matora naho Jakaya Kikwete, yaraye ageze i Kinshasa, aserukiye indorerezi za SADC.
Muri RDC, amadini arimo n'irya Keleziya Gatolika, baranenga uburyo Amatora yateguwe muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, yo kw'itariki 20/12/2023. ...