Abasevile batandatu barimo n’u musirikare wo mungabo za FARDC bashimuswe n’inyeshamba i Salamabila.
Abantu batandatu (6), barimo n'umusirikare wo mungabo za Repubulika ya Demokarasi ya Congo, bashimutswe n'inyeshamba kugeza ubu zitaramenyekana. N'ibyabaye mw'ijoro ...