U Mujyi wa Goma, utuwe n’abaturage barenga miliyoni zibiri, bakupiwe amashanyarazi muwego rwokurinda ko M23 itawufata.
Kubera imirwano irimo kubera munkengero z'u Mujyi wa Goma, uzwi nk'umurwa mukuru w'i Ntara ya Kivu y'Amajyaruguru, mugihugu ca Republika ...